Hahahaaa nkubu nitwakorana twese mwijuru hama lmana igatangura kutwakira ngo:abagendanye na mose nibahaguruke :hazohaguruka 2 Abagendanye na noah: 8 Azanye na loti:3 Abagendanye nawe:.....,abantu bavuga ngo bazi Imana mugabo bayihakanisha ivyo bakora.